Matayo 13:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*+. Iyimbura+ ni insozero y’ivy’isi+, abashwabuzi na bo ni abamarayika. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:39 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88-89 Umunara w’Inderetsi,15/6/2010, rup. 515/3/2010, rup. 20-22
39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*+. Iyimbura+ ni insozero y’ivy’isi+, abashwabuzi na bo ni abamarayika.
13:39 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88-89 Umunara w’Inderetsi,15/6/2010, rup. 515/3/2010, rup. 20-22