Matayo 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yishura ati: “Eliya koko ariko araza, kandi azosubiza ibintu vyose mu buryo+.