Matayo 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ivyo bababwira vyose rero+, mubikore kandi muvyubahirize, mugabo ntimukore nk’ivyo bakora+, kuko bavuga mugabo ntibakore. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:3 Umunara w’Inderetsi,15/4/2005, rup. 26-27
3 Ivyo bababwira vyose rero+, mubikore kandi muvyubahirize, mugabo ntimukore nk’ivyo bakora+, kuko bavuga mugabo ntibakore.