Matayo 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mwa mpumyi mwe! Mbega ikiruta ikindi ni ikihe: ni ishikanwa canke ni igicaniro+ ceza ishikanwa?