Matayo 27:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Uwo mugabo aja kwa Pilato, asaba ikiziga ca Yezu+. Maze Pilato ategeka ko gitangwa+.