Mariko 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bariko baramanuka bava kuri nya musozi, abategeka adakikiriza kutagira n’umwe biganira+ ivyo babonye, kugeza Umwana w’umuntu amaze kuzuka mu bapfuye+.
9 Bariko baramanuka bava kuri nya musozi, abategeka adakikiriza kutagira n’umwe biganira+ ivyo babonye, kugeza Umwana w’umuntu amaze kuzuka mu bapfuye+.