Mariko 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Baramumuzanira. Mugabo ya mpwemu imubonye ica irahotagura nya mwana, hanyuma amaze kugwa hasi aguma akumbagara, abimba ifuro+.
20 Baramumuzanira. Mugabo ya mpwemu imubonye ica irahotagura nya mwana, hanyuma amaze kugwa hasi aguma akumbagara, abimba ifuro+.