Mariko 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kandi incuro n’izindi iramuta mu muriro no mu mazi irondera kumwica+. Mugabo nimba ushobora kugira ico ukoze, tugirire ikigongwe udufashe.”
22 kandi incuro n’izindi iramuta mu muriro no mu mazi irondera kumwica+. Mugabo nimba ushobora kugira ico ukoze, tugirire ikigongwe udufashe.”