Mariko 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma imaze gusemerera no kwihotagura kenshi irasohoka+; aca acika nk’uwapfuye, ku buryo abenshi muri bo bavuga bati: “Yapfuye!”
26 Hanyuma imaze gusemerera no kwihotagura kenshi irasohoka+; aca acika nk’uwapfuye, ku buryo abenshi muri bo bavuga bati: “Yapfuye!”