Luka 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nk’akarorero, ndababwije ukuri: Hari abapfakazi benshi muri Isirayeli mu misi ya Eliya, igihe ijuru ryugarwa imyaka itatu n’amezi atandatu, ku buryo ikigoyi gikomeye gitera mu gihugu cose+, Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:25 Umunara w’Inderetsi,1/4/2008, rup. 19
25 Nk’akarorero, ndababwije ukuri: Hari abapfakazi benshi muri Isirayeli mu misi ya Eliya, igihe ijuru ryugarwa imyaka itatu n’amezi atandatu, ku buryo ikigoyi gikomeye gitera mu gihugu cose+,