Luka 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze abandanya guha ikigereranyo abatumire, kuko yari abonye ingene bariko bitorera ibibanza biboneka kuruta ibindi, ababwira+ ati:
7 Maze abandanya guha ikigereranyo abatumire, kuko yari abonye ingene bariko bitorera ibibanza biboneka kuruta ibindi, ababwira+ ati: