Luka 24:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Buno ababwira ati: “Aya ni ya majambo yanje nababwira nkiri kumwe namwe+, yuko ibintu vyose vyanditswe mw’itegeko rya Musa no mu Bahanuzi+ no mu Mazaburi+ ku binyerekeye bitegerezwa kuranguka.”
44 Buno ababwira ati: “Aya ni ya majambo yanje nababwira nkiri kumwe namwe+, yuko ibintu vyose vyanditswe mw’itegeko rya Musa no mu Bahanuzi+ no mu Mazaburi+ ku binyerekeye bitegerezwa kuranguka.”