Yohani 1:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Filipo arondera Natanayeli+, amubwira ati: “Twabonye umwe Musa yandika ivyiwe mw’Itegeko+, n’Abahanuzi+ bakavyandika, ari we Yezu, wa mwana wa Yozefu+, w’i Nazareti.” Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:45 Umunara w’Inderetsi,15/2/2006, rup. 4-5 Abahurikiye hamwe, rup. 30-31
45 Filipo arondera Natanayeli+, amubwira ati: “Twabonye umwe Musa yandika ivyiwe mw’Itegeko+, n’Abahanuzi+ bakavyandika, ari we Yezu, wa mwana wa Yozefu+, w’i Nazareti.”