Yohani 6:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kuko uku ari kwo kugomba kwa Data: ni uko uwo wese abona Umwana akamwizera aronka ubuzima budahera+, nanje nzomuzura ku musi wa nyuma+.”
40 Kuko uku ari kwo kugomba kwa Data: ni uko uwo wese abona Umwana akamwizera aronka ubuzima budahera+, nanje nzomuzura ku musi wa nyuma+.”