Yohani 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi, akora utubumba n’amate, maze utwo tubumba twiwe adushira ku maso ya nya muntu+,
6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi, akora utubumba n’amate, maze utwo tubumba twiwe adushira ku maso ya nya muntu+,