Yohani 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nimba yise ‘imana+’ abo ijambo ry’Imana ryaziye, yamara Icanditswe kikaba kidashobora guhindurwa ubusa+, Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:35 Yezu ni inzira, rup. 188-189
35 Nimba yise ‘imana+’ abo ijambo ry’Imana ryaziye, yamara Icanditswe kikaba kidashobora guhindurwa ubusa+,