-
Ivyakozwe 5:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Vyongeye, abantu indiri bavuye mu micungararo ya Yeruzalemu baguma baza bakoranira hamwe, bateruye abarwaye be n’abadurumbanywa n’impwemu zihumanye, kandi bose uko bangana barakira.
-