Ivyakozwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.
6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.