Ivyakozwe 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Petero avuga ati: “Oya Mukama, kuko ntarigera ndya ikintu na kimwe gihumanye kandi canduye+.” Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:14 Abahurikiye hamwe, rup. 118-119
14 Mugabo Petero avuga ati: “Oya Mukama, kuko ntarigera ndya ikintu na kimwe gihumanye kandi canduye+.”