Ivyakozwe 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ndavuga nti: ‘Oya Mukama, kuko ikintu gihumanye canke canduye kitigeze kingera mu kanwa+.’