Ivyakozwe 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko impwemu+ imbwira kujana na bo, ata gukekeranya na gato. Mugabo aba bene wacu batandatu na bo nyene twarajanye, twinjira mu nzu ya nya mugabo+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:12 Nushinge intahe, rup. 71
12 Nuko impwemu+ imbwira kujana na bo, ata gukekeranya na gato. Mugabo aba bene wacu batandatu na bo nyene twarajanye, twinjira mu nzu ya nya mugabo+.