Abaroma 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Raba rero ubuntu+ n’ubuhambazi+ vy’Imana. Ku baguye ni ubuhambazi+, mugabo kuri wewe ni ubuntu bw’Imana, ukire gusa kuguma+ mu buntu bwayo; ahandiho, na wewe uzocacurwa+.
22 Raba rero ubuntu+ n’ubuhambazi+ vy’Imana. Ku baguye ni ubuhambazi+, mugabo kuri wewe ni ubuntu bw’Imana, ukire gusa kuguma+ mu buntu bwayo; ahandiho, na wewe uzocacurwa+.