1 Abakorinto 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Azobashikamisha+ kandi gushika kw’iherezo, ngo ntihaze hagire ico muregwa+ ku musi+ w’Umukama wacu Yezu Kristu+.
8 Azobashikamisha+ kandi gushika kw’iherezo, ngo ntihaze hagire ico muregwa+ ku musi+ w’Umukama wacu Yezu Kristu+.