1 Abakorinto 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko umugabo atabwirizwa kwitwikira umutwe, kubera ari ishusho+ n’ubuninahazwa+ vy’Imana; mugabo umugore ni ubuninahazwa bw’umugabo+.
7 Kuko umugabo atabwirizwa kwitwikira umutwe, kubera ari ishusho+ n’ubuninahazwa+ vy’Imana; mugabo umugore ni ubuninahazwa bw’umugabo+.