2 Abakorinto 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 nk’abari n’agahinda yamara bama banezerewe, nk’aboro yamara batungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe yamara kandi batunze vyose+. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:10 Umunara w’Inderetsi,1/1/1999, rup. 15-16
10 nk’abari n’agahinda yamara bama banezerewe, nk’aboro yamara batungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe yamara kandi batunze vyose+.