Abanyefeso 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 atari mu gukorera ijisho nk’abahimbara abantu+, mugabo nk’abashumba ba Kristu, mukora ukugomba kw’Imana ata kwiziganya+.
6 atari mu gukorera ijisho nk’abahimbara abantu+, mugabo nk’abashumba ba Kristu, mukora ukugomba kw’Imana ata kwiziganya+.