Abakolosayi 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turabandikiye mwebwe aberanda mukaba n’abavukanyi b’abizigirwa bunze ubumwe+ na Kristu i Kolosayi: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+.
2 turabandikiye mwebwe aberanda mukaba n’abavukanyi b’abizigirwa bunze ubumwe+ na Kristu i Kolosayi: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+.