Abakolosayi 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kubera icizigiro+ mubikiwe mw’ijuru+. Ico cizigiro mwacumvise kera igihe havugwa ukuri kw’iyo nkuru nziza+
5 kubera icizigiro+ mubikiwe mw’ijuru+. Ico cizigiro mwacumvise kera igihe havugwa ukuri kw’iyo nkuru nziza+