Abakolosayi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Epafura+ umwe ava iwanyu, akaba ari umushumba wa Kristu Yezu, arabaramutsa; yama yihata ku bwanyu mu masengesho yiwe, kugira ngo amaherezo muhagarare mukwiye+ kandi mufise ukujijuka gushikamye mu kugomba kw’Imana kwose. Abakolosayi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:12 Umunara w’Inderetsi,15/2/2008, rup. 3-41/1/2001, rup. 8-9, 12-17
12 Epafura+ umwe ava iwanyu, akaba ari umushumba wa Kristu Yezu, arabaramutsa; yama yihata ku bwanyu mu masengesho yiwe, kugira ngo amaherezo muhagarare mukwiye+ kandi mufise ukujijuka gushikamye mu kugomba kw’Imana kwose.