1 Yohani 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abana b’Imana be n’abana ba Shetani babonekera kuri iki kintu: Umuntu wese adashishikara ubugororotsi+ ntakomoka ku Mana, eka n’uwudakunda mwene wabo ni ukwo+.
10 Abana b’Imana be n’abana ba Shetani babonekera kuri iki kintu: Umuntu wese adashishikara ubugororotsi+ ntakomoka ku Mana, eka n’uwudakunda mwene wabo ni ukwo+.