1 Yohani 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi twebwe ubwacu twaramenye kandi twaremeye urukundo+ Imana idufitiye. Imana ni urukundo+, kandi uwuguma mu rukundo+ aguma yunze ubumwe+ n’Imana, Imana na yo ikaguma yunze ubumwe na we.
16 Kandi twebwe ubwacu twaramenye kandi twaremeye urukundo+ Imana idufitiye. Imana ni urukundo+, kandi uwuguma mu rukundo+ aguma yunze ubumwe+ n’Imana, Imana na yo ikaguma yunze ubumwe na we.