10 Ni co gituma ninaza nzokwibukiriza ibikorwa vyiwe abandanya gukora+, avugavuga ivyacu mu majambo y’ububisha+. Vyongeye, ivyo ntibimubumba: mbere na bene wacu+ we ubwiwe ntabakirana icubahiro, kandi n’abashaka kubakira+ aragerageza kubabuza+ no kubata inyuma+ y’ishengero.