Ivyahishuwe 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze ca gikoko+ kirafatwa, gifatanwa na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yakorera imbere yaco ibimenyetso+ yazimirisha abaronse ikimenyetso+ ca ca gikoko be n’abasenga ishusho+ yaco. Bikiri bizima, vyompi biraririzwa mu kiyaga c’umuriro cakishwa amazuku+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:20 Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 76 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 285-286
20 Maze ca gikoko+ kirafatwa, gifatanwa na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yakorera imbere yaco ibimenyetso+ yazimirisha abaronse ikimenyetso+ ca ca gikoko be n’abasenga ishusho+ yaco. Bikiri bizima, vyompi biraririzwa mu kiyaga c’umuriro cakishwa amazuku+.