Ivyahishuwe 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:2 Umunara w’Inderetsi,15/12/2015, rup. 2715/1/2012, rup. 301/3/1999, rup. 31-32 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 310-312
2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.
22:2 Umunara w’Inderetsi,15/12/2015, rup. 2715/1/2012, rup. 301/3/1999, rup. 31-32 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 310-312