Ivyahishuwe 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi ntihazokwongera kubaho umuvumo n’umwe+. Mugabo ya ntebe y’ubwami y’Imana+ be n’iya wa Mwagazi w’intama+ bizoba muri nya gisagara, kandi abashumba bayo bazoyikorera igikorwa ceranda+; Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:3 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 312-313
3 Kandi ntihazokwongera kubaho umuvumo n’umwe+. Mugabo ya ntebe y’ubwami y’Imana+ be n’iya wa Mwagazi w’intama+ bizoba muri nya gisagara, kandi abashumba bayo bazoyikorera igikorwa ceranda+;