ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • Imana yavuze yuko Abisirayeli botegerejwe ‘gusohora amahanga agizwe n’abantu benshi’ agera ku ndwi yari akwiriye gusangangurwa, ayo na yo akaba yari Abaheti, Abagirugashi, Abamori, Abanyakanani, Abaferizi, Abahiwi be n’Abayebusi. Bari barataye inyifato runtu kandi barononekaye mu vy’idini. Mu mana zabo, harimwo Bayali (iyari izwi kubera inkingi z’amabuye zifise imero y’igitsina-gabo), Moleki (iyashikanirwa abana) be n’imanakazi y’ivy’irondoka n’isagamba ry’uburimyi Ashitoreti (Asitarate).​—⁠Gus 7:⁠1-4; 12:​31; Kv 23:​23; Lw 18:​21-25; 20:​2-5; Abc 2:​11-14; Zb 106:​37, 38.

  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • D10 ABAMORI

  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • E6 ABAHIWI

      E7 ABAYEBUSI

  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • E9 ABAHETI

  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • F4 ABAGIRUGASHI

  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • F7 ABAFERIZI

  • Isirayeli n’amahanga yari ayikikuje
    ‘Raba ca gihugu ciza’
    • G2 ABAHIWI

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika