-
Abakozi bo mu murima w’imizabibuYezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
-
-
Agira ati: “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umuntu, nyen’urugo, yasohotse mu gatondo ka kare akaja kurondera abakozi bo gukora mu murima wiwe w’imizabibu. Amaze kwumvikana na nya bakozi idenariyo ku musi, abarungika mu murima wiwe w’imizabibu. Yongera arasohoka nko kw’isaha ya gatatu, abona abandi bahagaze mu kaguriro ata kazi bafise; abo na bo ababwira ati: ‘Na mwebwe, nimuje mu murima w’imizabibu, igikwiriye cose ndakibaha.’ Nuko baragenda. Arongera arasohoka nko kw’isaha ya gatandatu no kw’isaha y’icenda, agira kuno. Ubwa nyuma, nko kw’isaha y’icumi na rimwe arasohoka, asanga hari abandi bahagaze, ababwira ati: ‘Ni kubera iki mumaze umusi wose muhagaze ng’aha ata co mukora?’ Bamubwira bati: ‘Ni kubera ko ata waduhaye akazi.’ Ababwira ati: ‘Na mwebwe nimuje mu murima w’imizabibu.’”—Matayo 20:1-7.

Abaherezi n’abandi bakuru b’idini babona ko Abayuda batobato bakorera Imana ku rugero rutoyi, nk’abakozi bakora igihe gito mu murima w’Imana. Muri ako karorero ka Yezu, abo bantu bagereranywa na bamwe bahabwa akazi kw’“isaha ya gatatu” (satatu) canke inyuma y’aho, ni ukuvuga isaha ya gatandatu, isaha y’icenda n’isaha y’icumi na rimwe (sakumi n’imwe).
-