ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Uturorero tubiri tujanye n’umurima w’imizabibu
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Ariko rero, “abarimyi” barakubaguye “abashumba” babatumweko bongera barabica. Yezu asigura ati: “[Nyene umurima w’imizabibu] yari afise wundi umwe, umwana w’umukundwa. Amurungika kuri bo ari we wa nyuma, avuga ati: ‘Bazokwubaha umwana wanje.’ Mugabo abo barimyi bavugana hagati yabo bati: ‘Uyu ni we samuragwa. Ingo tumwice, maze intoranwa izoca iba rwacu.’ Nuko baramufata baramwica.”​—Mariko 12:6-8.

  • Uturorero tubiri tujanye n’umurima w’imizabibu
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Abanyabwenge b’ivyanditswe n’abakuru b’abaherezi barabona ko Yezu “atanze ico kigereranyo ari bo yiyumvira.” (Luka 20:19) Icipfuzo co kumwica we “samuragwa” abibereye gica kirushiriza gukomera. Ariko baratinya isinzi kuko ribona ko Yezu ari umuhanuzi, ivyo bikaba bituma batarondera kumwica ubwo nyene.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika