-
Nukoreshe ubwenge mu gutegekanya kazozaYezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
-
-
Uwa mbere yishura ati: “Ingero ijana za bati z’amavuta y’umwelayo.” Izo zingana n’amalitiro 2.200 y’amavuta. Ategerezwa kuba yari afise igitara kinini c’ibiti vy’imyelayo canke akaba yari umudandaza w’amavuta. Nya mubwiriza amubarira ati: “Tora icete c’amasezerano cawe, wicare, wandike mirongo itanu [amalitiro 1.100] ningoga.”—Luka 16:6.
-
-
Nukoreshe ubwenge mu gutegekanya kazozaYezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
-
-
Uwo mubwiriza aracajejwe ubutunzi bwa shebuja: arashobora rero kugabanya ideni abandi bafitiye shebuja. Mu kugabanya iryo deni, uwo mubwiriza ariko yironderera abagenzi bashobora kuzomwakira niyamara kwirukanwa mu kazi.
-