ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nukoreshe ubwenge mu gutegekanya kazoza
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Yezu ntariko arenza uruho rw’amazi ku makosa y’uwo mubwiriza, eka kandi ntariko aremesha abantu gukoresha amayeri mu rudandaza. None ashaka kuvuga iki? Ahanura abigishwa biwe ati: “Mwironderere abagenzi biciye ku butunzi butagororotse, kugira ngo nibwahera, bazobakire mu ngo zidahera.” (Luka 16:9) Emwe, turahakura icigwa co kubona kure no gukoresha ubwenge. Abasavyi b’Imana, ari na bo “bana b’umuco,” bakwiye gukoresha neza ubutunzi bwabo kugira bitegekanirize kazoza k’ibihe bidahera.

      Yehova n’Umwana wiwe ni bo bonyene bashobora kwakira umuntu mu Bwami bwo mw’ijuru canke mw’Iparadizo yo kw’isi izoba iganzwa n’ubwo Bwami. Dukwiye kwihatira kubagira abagenzi mu gukoresha ubutunzi bwacu mu gushigikira igikorwa c’Ubwami. Tuzoshobora rero kwiberaho ibihe bidahera n’igihe inzahabu, ifeza n’ayandi matunga vyoba bitakiriho.

  • Nukoreshe ubwenge mu gutegekanya kazoza
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Yezu ariko yereka abigishwa biwe yuko bazobazwa vyinshi nimba bashaka kwakirwa “mu ngo zidahera.” Umuntu ntashobora kuba umusavyi w’Imana w’ukuri ngo yongere abe umushumba w’ubutunzi butagororotse. Yezu asozera ati: “Nta mukozi wo mu nzu ashobora gushumbira ba shebuja babiri; kuko azokwanka umwe agakunda uwundi, canke azokwumira kuri umwe agasuzugura uwundi. Ntimushobora kuba abashumba b’Imana n’ab’Ubutunzi.”​—Luka 16:9, 13.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika