ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivya wa mutunzi na Lazaro bihinduka
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Umutunzi yambaye impuzu z’ibara ry’umuyugubwe ariko araraba acishije mw’idirisha

      Yezu avuga ati: “Umuntu umwe yari umutunzi, akambara impuzu z’ibara ry’umuyugubwe n’iz’ilino, ku musi ku musi akama aryohererwa ibintu vy’agatangaza. Mugabo umusezi umwe yitwa Lazaro yahora ashirwa kw’irembo ryiwe, yuzuye ibisebe, akipfuza guhazwa n’ibikoroka biva ku meza ya nya mutunzi. Emwe, n’imbwa zaraza zikarigata ibisebe vyiwe.”​—Luka 16:19-21.

  • Ivya wa mutunzi na Lazaro bihinduka
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • None abo bakuru b’idini b’abatunzi kandi birata babona gute abakene canke abantu batobato? Barabasuzugura cane bakabita ngo ni ‛am ha·’aʹrets, ni ukuvuga abantu bo hasi batazi amategeko y’Imana mbere badakwiye no kuyigishwa. (Yohani 7:49) Ivyo birerekana ukuntu wa ‘musezi yitwa Lazaro’ yari amerewe, kuko yipfuza no gutora udusigazwa ‘dukoroka tuva ku meza ya nya mutunzi.’ Nka kurya Lazaro yari yuzuye ibisebe, abantu batobato barasuzugurwa, nk’aho boba badashimwa n’Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika