ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Urugo rwanyu rushobora gute kugira agahimbare?—Igice ca 2
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
    • 4. Nimutoze indero abana banyu mubigiranye urukundo

      Gutoza indero umwana ntivyoroshe. None Bibiliya yobafasha gute? Nimusome Yakobo 1:19, 20, muce muganira kuri ibi bibazo:

      • Abavyeyi bogaragaza gute urukundo igihe baganira n’abana babo?

      • Kubera iki umuvyeyi adakwiye gutoza indero abana biwe ashavuye?a

      Serugo asutamye ariko arayagisha agahungu kiwe gafise umupira mu ntoke. Imbere yabo hari agakono karimwo ishurwe kamenetse.
  • Urugo rwanyu rushobora gute kugira agahimbare?—Igice ca 2
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
    • a Muri Bibiliya, “gutoza indero” vyerekeza ku kwigisha, kuyobora no gukosora. Nta na rimwe vyigera bisobanura gufata umuntu nabi canke bunyamaswa.—Imigani 4:1.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika