-
Ibibazo vy’abasomyiUmunara w’Inderetsi—2014 | 15 Munyonyo
-
-
Abo barobanuwe bahejeje kwamamaza bambaye amagunira, barishwe mu buryo bw’ikigereranyo igihe batabwa mw’ibohero kugira bamareyo igihe gito, icogereranywa n’imisi itatu n’igice. Abansi b’abo basavyi b’Imana babona yuko igikorwa c’ivyo vyabona cari cishwe canke cahagaritswe, bikaba vyaratumye banezerwa cane.—Ivyah. 11:8-10.
-