ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 147
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 147:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 135:1; Ivh 19:1
  • +Zb 92:1; 135:3
  • +Zb 33:1; Ivh 19:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 17

Zaburi 147:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:16
  • +Gus 30:3; Ezk 36:24; 37:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 17

Zaburi 147:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:10
  • +Zb 51:17
  • +Lk 4:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 18

Zaburi 147:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:5
  • +Yes 40:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 18

    Niwiyegereze, rup. 50-51

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 11

Zaburi 147:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:25; Zb 48:1; 96:4; 145:3; Nah 1:3
  • +Yes 40:28; Rm 11:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 18-19

Zaburi 147:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:3; Zb 37:11; 146:8
  • +Zb 55:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 19-20

Zaburi 147:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 95:2
  • +Zb 33:2; 92:1

Zaburi 147:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:45
  • +Yb 38:26; Yr 14:22; Mt 5:45
  • +Yb 38:27; Zb 104:14; Yes 30:23; Zk 10:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 19

Zaburi 147:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:27; 136:25; 145:15
  • +Yb 38:41; Lk 12:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 19

Zaburi 147:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 39:19; Zb 33:16; Yes 31:1; Hs 1:7
  • +1Sm 16:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 3:16
  • +Zb 33:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:3; 117:1
  • +Zb 135:21; Yes 12:6

Zaburi 147:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 128:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:6; Zb 29:11; 122:6; Yes 45:7; 60:17; Rm 15:33
  • +Gus 8:8; 32:14; Zb 81:16; 132:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:9; 68:11; 107:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20-21

Zaburi 147:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:6; Zb 148:8
  • +Yb 38:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:11
  • +Yb 37:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:36
  • +Zb 148:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 20

Zaburi 147:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:1; Gus 33:3; Zb 78:5; 103:7; Rm 9:4
  • +Gus 4:8; 5:31; Mal 4:4
  • +Gus 4:5; 6:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 21

Zaburi 147:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; 31:17; Gus 4:32; 7:6; Rm 3:2
  • +1Ng 17:21
  • +Zb 116:19; Ivh 19:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 147:1Zb 135:1; Ivh 19:1
Zab. 147:1Zb 92:1; 135:3
Zab. 147:1Zb 33:1; Ivh 19:5
Zab. 147:2Zb 102:16
Zab. 147:2Gus 30:3; Ezk 36:24; 37:21
Zab. 147:3Yes 6:10
Zab. 147:3Zb 51:17
Zab. 147:3Lk 4:18
Zab. 147:4It 15:5
Zab. 147:4Yes 40:26
Zab. 147:51Ng 16:25; Zb 48:1; 96:4; 145:3; Nah 1:3
Zab. 147:5Yes 40:28; Rm 11:33
Zab. 147:6Gh 12:3; Zb 37:11; 146:8
Zab. 147:6Zb 55:23
Zab. 147:7Zb 95:2
Zab. 147:7Zb 33:2; 92:1
Zab. 147:81Bm 18:45
Zab. 147:8Yb 38:26; Yr 14:22; Mt 5:45
Zab. 147:8Yb 38:27; Zb 104:14; Yes 30:23; Zk 10:1
Zab. 147:9Zb 104:27; 136:25; 145:15
Zab. 147:9Yb 38:41; Lk 12:24
Zab. 147:10Yb 39:19; Zb 33:16; Yes 31:1; Hs 1:7
Zab. 147:101Sm 16:7
Zab. 147:11Mal 3:16
Zab. 147:11Zb 33:18
Zab. 147:12Zb 63:3; 117:1
Zab. 147:12Zb 135:21; Yes 12:6
Zab. 147:13Zb 128:3
Zab. 147:14Lw 26:6; Zb 29:11; 122:6; Yes 45:7; 60:17; Rm 15:33
Zab. 147:14Gus 8:8; 32:14; Zb 81:16; 132:15
Zab. 147:15Zb 33:9; 68:11; 107:20
Zab. 147:16Yb 37:6; Zb 148:8
Zab. 147:16Yb 38:29
Zab. 147:17Yos 10:11
Zab. 147:17Yb 37:10
Zab. 147:18Ivk 10:36
Zab. 147:18Zb 148:8
Zab. 147:19Kv 20:1; Gus 33:3; Zb 78:5; 103:7; Rm 9:4
Zab. 147:19Gus 4:8; 5:31; Mal 4:4
Zab. 147:19Gus 4:5; 6:1
Zab. 147:20Kv 19:5; 31:17; Gus 4:32; 7:6; Rm 3:2
Zab. 147:201Ng 17:21
Zab. 147:20Zb 116:19; Ivh 19:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 147:1-20

Zaburi

147 Shemeze Ya+!

Kuko ari vyiza guhibongoreza Imana yacu+;

Kuko bihimbaye, emwe, ishemezo rirabereye+.

 2 Yehova arubaka Yeruzalemu+;

Abashwiragiye ba Isirayeli arabakoraniriza hamwe+.

 3 Akiza+ abavunitse umutima+,

Agatubika ahantu habababaza+.

 4 Araharura igitigiri c’inyenyeri+;

Zose azihamagara mu mazina yazo+.

 5 Umukama wacu arahambaye kandi agwije ububasha+;

Ugutegera kwiwe ntigushobora kudondwa+.

 6 Yehova aratabara abatekereza+;

Amanura ababisha gushika hasi+.

 7 Nimwitabe Yehova mukenguruka+;

Nimuhibongoreze Imana yacu ku nanga+,

 8 Umwe apfukisha amajuru ibicu+,

Umwe ategurira isi imvura+,

Umwe atuma imisozi inagako ivyatsi bitoto+.

 9 Aha ibikoko indya zavyo+,

Akaziha ibikona bikiri bito biguma bihamagara+.

10 Ntanezerwa n’ubushobozi bw’ifarasi+,

Canke ngo ahimbarwe n’amaguru y’umuntu+.

11 Yehova ahimbarwa na barya bamutinya+,

Barya barindiriye ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+.

12 Keza Yehova+, Yeruzalemu we!

Shemeza Imana yawe, Siyoni we+!

13 Kuko yakomeje ibihindizo vy’amarembo yawe;

Yahezagiye abana bawe hagati muri wewe+.

14 Ashira amahoro mu karere kawe+;

Aguma aguhaza ikinure c’ingano+.

15 Arungika kw’isi iryo avumereye+;

Ijambo ryiwe ririruka n’umuvuduko.

16 Atanga shelegi nk’ubwoya+;

Utubarafu adusanzaza nk’iminyota+.

17 Ata ibarafu yiwe nk’ibimanyu vy’umukate+.

Ni nde yohagarara imbere y’ubukanye bwiwe+?

18 Arungika ijambo ryiwe+ akabishongesha.

Atuma umuyaga wiwe uhuhuta+;

Amazi aratemba.

19 Ahishurira ijambo ryiwe Yakobo+,

Ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo ziwe z’ubutungane akabihishurira Isirayeli+.

20 Nta rindi hanga na rimwe yagiriye gutyo+;

Nayo ingingo ziwe z’ubutungane, ntibazimenye+.

Shemeze Ya+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika