ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma: ibirimwo

      • Abandi bakomotse kuri Yuda (1-23)

        • Isengesho rya Yabesi (9, 10)

      • Abakomoka kuri Simeyoni (24-43)

1 Ngoma 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:29; Gh 26:20; Rs 4:18; Mt 1:3
  • +It 46:12; 1Ng 2:5
  • +Kv 17:12; 24:14; 1Ng 2:19
  • +1Ng 2:50

1 Ngoma 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 2:53

1 Ngoma 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba akajambo k’epfo mu 1Ng 2:24.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 11:5, 6

1 Ngoma 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 2:19
  • +Mik 5:2

1 Ngoma 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 2:24
  • +2Ng 11:5, 6

1 Ngoma 4:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Izina Yabesi rishobora kuba rifitaniye isano n’ijambo ry’igiheburayo risigura «umubabaro.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2010, rup. 23

1 Ngoma 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2010, rup. 23

    1/10/2005, rup. 9

1 Ngoma 4:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:16, 17; Abc 3:9, 11

1 Ngoma 4:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «umubande w’abanyamyuga b’abahinga.»

1 Ngoma 4:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:11, 12; Yos 15:13

1 Ngoma 4:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Uwo mugore ashobora kuba ari Bitiya avugwa ku murongo wa 18.

1 Ngoma 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:2, 5; Gh 26:20

1 Ngoma 4:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ayo makuru ni ayo kuva kera.»

1 Ngoma 4:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:10
  • +Gh 26:12, 13

1 Ngoma 4:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo iryo jambo rishobora gusobanura «umwana w’umuhungu», «umwuzukuru» canke «uwukomoka kuri naka.»

1 Ngoma 4:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:22

1 Ngoma 4:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:1, 2
  • +Yos 15:21, 26
  • +Yos 15:21, 28; 19:1, 3; Neh 11:25-27

1 Ngoma 4:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:21, 29

1 Ngoma 4:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:1, 4
  • +Abc 1:17
  • +Yos 15:20, 31; 19:1, 5; 1Sm 27:5, 6

1 Ngoma 4:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:1, 5

1 Ngoma 4:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:1, 7

1 Ngoma 4:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:6, 20

1 Ngoma 4:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 29:1

1 Ngoma 4:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:8

1 Ngoma 4:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 17:14, 16; 1Sm 15:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 4:1It 38:29; Gh 26:20; Rs 4:18; Mt 1:3
1 Ngo. 4:1It 46:12; 1Ng 2:5
1 Ngo. 4:1Kv 17:12; 24:14; 1Ng 2:19
1 Ngo. 4:11Ng 2:50
1 Ngo. 4:21Ng 2:53
1 Ngo. 4:32Ng 11:5, 6
1 Ngo. 4:41Ng 2:19
1 Ngo. 4:4Mik 5:2
1 Ngo. 4:51Ng 2:24
1 Ngo. 4:52Ng 11:5, 6
1 Ngo. 4:13Yos 15:16, 17; Abc 3:9, 11
1 Ngo. 4:15Gh 32:11, 12; Yos 15:13
1 Ngo. 4:21It 38:2, 5; Gh 26:20
1 Ngo. 4:24It 46:10
1 Ngo. 4:24Gh 26:12, 13
1 Ngo. 4:27Gh 26:22
1 Ngo. 4:28Yos 19:1, 2
1 Ngo. 4:28Yos 15:21, 26
1 Ngo. 4:28Yos 15:21, 28; 19:1, 3; Neh 11:25-27
1 Ngo. 4:29Yos 15:21, 29
1 Ngo. 4:30Yos 19:1, 4
1 Ngo. 4:30Abc 1:17
1 Ngo. 4:30Yos 15:20, 31; 19:1, 5; 1Sm 27:5, 6
1 Ngo. 4:31Yos 19:1, 5
1 Ngo. 4:32Yos 19:1, 7
1 Ngo. 4:40It 10:6, 20
1 Ngo. 4:412Ng 29:1
1 Ngo. 4:42It 36:8
1 Ngo. 4:43Kv 17:14, 16; 1Sm 15:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Ngoma 4:1-43

Ngoma za mbere

4 Abahungu ba Yuda bari Peresi+, Hesironi+, Karumi, Huru+ na Shobali+. 2 Reyaya umuhungu wa Shobali yavyaye Yahati, Yahati avyara Ahumayi na Lahadi. Abo ni bo bari bagize imiryango y’Abazorati+. 3 Abahungu ba se* wa Etamu+ bari aba: Yezireli, Ishima na Idubashi (mushiki wabo yitwa Haseleliponi), 4 na Penuweli se wa Gedori, na Ezeri se wa Husha. Abo ni bo bari abahungu ba Huru+ imfura ya Efurata akaba na se wa Betelehemu+. 5 Ashehuri+ se wa Tekowa+ yari afise abagore babiri, ari bo Hela na Nayara. 6 Nayara yamuvyariye Ahuzamu, Heferi, Temeni na Hahashutari. Abo ni bo bari abahungu ba Nayara. 7 Abahungu ba Hela bari Zereti, Izihari na Etinani. 8 Kozi yavyaye Anubu, Sobeba n’abakomoka kuri Aharuheli umuhungu wa Harumu.

9 Yabesi yarubahwa cane kuruta benewabo. Nyina yamwise Yabesi* avuga ati: «Namuvyaye mu mubabaro.» 10 Yabesi yatakambiye Imana ya Isirayeli ati: «Ndagusavye umpezagire, wagure n’akarere kanje. Ndagusavye umfashe wongere unkingire ivyago.» Nuko Imana imuha ivyo yasavye.

11 Kelubu mwenewabo na Shuha yavyaye Mehiri. Mehiri yari se wa Eshitoni. 12 Eshitoni yavyaye Beti-Rafa, Paseya na Tehina se wa Irunahashi. Abo ni bo bari abagabo b’i Reka. 13 Abahungu ba Kenazi bari Otiniyeli+ na Seraya. Umuhungu* wa Otiniyeli yari Hatati. 14 Meyonotayi yavyaye Ofura. Seraya yavyaye Yowabu se w’ababa i Geharashimu*. Hiswe Geharashimu kuko abahaba bari abanyamyuga b’abahinga.

15 Abahungu ba Kalebu+ mwene Yefune bari Iru, Ela na Nayamu. Umuhungu* wa Ela yari Kenazi. 16 Abahungu ba Yehaleleli bari Zifu, Zifa, Tiriya na Asareli. 17 Abahungu ba Ezira bari Yeteri, Meredi, Eferi na Yaloni. Umugore wiwe* yavyaye Miriyamu, Shamayi na Ishiba se wa Eshitemowa. 18 (Umugore wa Meredi w’Umuyudakazi yavyaye Yeredi se wa Gedori, Heberi se wa Soko na Yekutiyeli se wa Zanowa.) Abo ni bo bahungu Bitiya umukobwa wa Farawo yavyaye. Yari yarongowe na Meredi.

19 Abahungu b’umugore wa Hodiya mushiki wa Nahamu bari aba: se wa Keyila w’i Geremu na se wa Eshitemowa w’i Mayaka. 20 Abahungu ba Shimoni bari Amunoni, Rina, Beni-Hanani na Tiloni. Abahungu ba Ishi bari Zoheti na Beni-Zoheti.

21 Abahungu ba Shela+ mwene Yuda bari Ere se wa Leka, Layada se wa Maresha, hamwe n’abo mu miryango ya Ashibeya bakora ivyo guhingura ibitambara vyiza. 22 Abandi bamukomokako bari Yokimu, abantu b’i Kozeba, Yowasi na Sarafu, bakaba batwaye abagore b’Abanyamowabukazi, hamwe na Yashubi-Lehemu. Ayo mazina yakuwe mu nyandiko za kera*. 23 Bari ababumvyi baba i Netayimu n’i Gedera. Aho ni ho baba, bagakorera umwami.

24 Abahungu ba Simeyoni+ bari Nemuweli, Yamini, Yaribu, Zera na Shawuli+. 25 Shawuli yavyaye Shalumu, Shalumu avyara Mibusamu, Mibusamu avyara Mishima. 26 Abahungu* ba Mishima bari aba: Mishima yavyaye Hamuweli, Hamuweli avyara Zakuri, Zakuri avyara Shimeyi. 27 Shimeyi yari afise abahungu 16 n’abakobwa 6. Mugabo benewabo ntibavyaye abahungu benshi, kandi nta n’umwe mu miryango yabo warimwo abahungu benshi nk’abo mu muryango wa Yuda+. 28 Baba i Beri-Sheba+, i Molada+, i Hazari-Shuwali+ 29 i Biluha, i Esemu+, i Toladi, 30 i Betuweli+, i Horuma+, i Sikulagi+, 31 i Beti-Marikaboti, i Hazari-Susimu+, i Beti-Biri n’i Sharayimu. Ivyo ni vyo vyari ibisagara vyabo gushika Dawidi atanguye kuganza.

32 Ibindi bisagara babamwo vyari ibi: Etamu, Ayini, Rimoni, Tokeni na Ashani+. Ivyo bisagara vyari bitanu 33 hamwe n’ibigwati vyari irya n’ino yavyo gushika i Bayali. Urwo ni urutonde rwerekana amamuko yabo n’ahantu baba. 34 Hariho kandi Meshobabu, Yamuleki, Yosha umuhungu wa Amaziya, 35 Yoweli, Yehu umuhungu wa Yoshibiya, Yoshibiya wa Seraya, Seraya wa Asiyeli, 36 Eliyowenayi, Yakoba, Yeshohaya, Asaya, Adiyeli, Yesimiyeli, Benaya, 37 Ziza umuhungu wa Shifi, Shifi wa Aloni, Aloni wa Yedaya, Yedaya wa Shimuri, Shimuri wa Shemaya. 38 Abo bavuzwe amazina bari abakuru mu miryango bakomokamwo, kandi imiryango ya ba sekuruza yaragwiriye cane. 39 Nuko baja kurondera aho baragira ibitungwa vyabo, baragenda bashika hafi ya Gedori, mu buseruko bw’umubande. 40 Amaherezo bubura ahantu hari ubwatsi bwinshi kandi butotahaye. Aho hantu hari hagutse, hatekanye, ata kihadurumbanya. Kera habayo abakomoka kuri Hamu+. 41 Abo bantu bavuzwe amazina baje mu gihe ca Hezekiya+ umwami w’Ubuyuda maze batera amahema y’abakomoka kuri Hamu n’Abamewunimu baba muri ako karere. Barabazimanganije ku buryo ata n’umwe agisigaye gushika n’uyu musi. Baciye bigarurira akarere kabo kuko hariyo ubwatsi bwo kuragiramwo ibitungwa vyabo.

42 Hari abagabo 500 bakomoka kuri Simeyoni bagiye ku musozi Seyiri+, barongowe na Pelatiya, Neyariya, Refaya na Uziyeli, bene Ishi. 43 Bica amasigarira y’Abamaleki+ bari barahahungiye, baca babayo gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika