ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 109
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ry’umuntu yigorewe

        • «Ibanga ryiwe nirihabwe uwundi» (8)

        • Imana iri ku ruhande rw’umukene (31)

Zaburi 109:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:1

Zaburi 109:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:2, 3; Zb 31:18

Zaburi 109:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12; 16:5-7; Zb 69:4

Zaburi 109:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 13:39

Zaburi 109:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:11, 12; 38:19, 20
  • +Zb 55:12-14

Zaburi 109:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kugira amuganze.»

  • *

    Canke «uwumwagiriza.»

Zaburi 109:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ese vyoboneka ko ari inkozi y’ikibi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:15; Mik 3:4

Zaburi 109:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubucungezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:23; Mt 27:5
  • +Ivk 1:16-20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Zaburi 109:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu.»

Zaburi 109:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abaguranira kwunguka nibatege imitego.»

Zaburi 109:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Zaburi 109:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uruvyaro rwiwe.»

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:28

Zaburi 109:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:28, 29; 21:1

Zaburi 109:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:16

Zaburi 109:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 2:13
  • +Zb 10:2
  • +2Sm 16:11; 17:1, 2; Zb 37:32

Zaburi 109:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:29

Zaburi 109:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:23

Zaburi 109:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:11; 31:3
  • +Zb 36:7; 69:16; 86:5

Zaburi 109:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:17
  • +Zb 102:4

Zaburi 109:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2006, rup. 13

Zaburi 109:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umubiri wanje wanyunyutse, nta kinure (utuvuta) gisigaye muri wo.»

Zaburi 109:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:11
  • +Zb 22:7; Mt 27:39

Zaburi 109:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Zaburi 109:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikanzu itagira amaboko.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:26

Zaburi 109:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:22

Zaburi 109:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2006, rup. 14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 109:1Zb 33:1
Zab. 109:22Sm 15:2, 3; Zb 31:18
Zab. 109:32Sm 15:12; 16:5-7; Zb 69:4
Zab. 109:42Sm 13:39
Zab. 109:5Zb 35:11, 12; 38:19, 20
Zab. 109:5Zb 55:12-14
Zab. 109:7Yes 1:15; Mik 3:4
Zab. 109:8Zb 55:23; Mt 27:5
Zab. 109:8Ivk 1:16-20
Zab. 109:13Zb 37:28
Zab. 109:142Sm 3:28, 29; 21:1
Zab. 109:15Zb 34:16
Zab. 109:16Yak 2:13
Zab. 109:16Zb 10:2
Zab. 109:162Sm 16:11; 17:1, 2; Zb 37:32
Zab. 109:19Zb 109:29
Zab. 109:202Sm 17:23
Zab. 109:21Zb 25:11; 31:3
Zab. 109:21Zb 36:7; 69:16; 86:5
Zab. 109:22Zb 40:17
Zab. 109:22Zb 102:4
Zab. 109:25Zb 31:11
Zab. 109:25Zb 22:7; Mt 27:39
Zab. 109:29Zb 35:26
Zab. 109:30Zb 22:22
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 109:1-31

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi ya Dawidi.

109 Ewe Mana nama nshemeza+, ntugume winumiye.

 2 Kuko ababisha n’ababeshi basamye ngo bandotse.

Baguma bamvugako ibinyoma+.

 3 Barankikuza bakambwira amajambo y’urwanko,

bakandwanya bampora ubusa+.

 4 Ndabakunda ariko bo bakandwanya+,

mugabo nguma nsenga.

 5 Banyishura ikibi ku ciza+,

ku rukundo na ho bakanyishura urwanko+.

 6 Nugene umubisha kugira aganze umwansi wanje*.

Ese uwumurwanya* yohagarara iburyo bwiwe!

 7 Ese yokwagirwa n’icaha* igihe acirwa urubanza,

mbere n’isengesho ryiwe rikabonwa nk’igicumuro+!

 8 Imisi yiwe nibe mike+.

Ibanga ryiwe ry’ubuhagarikizi* nirihabwe uwundi+.

 9 Abana* biwe nibacike impfuvyi,

umugore wiwe na we acike umupfakazi.

10 Abana biwe nibayerere basegerereza,

barondere ibifungurwa kure y’amazu yabo yacitse umusaka.

11 Uwumwishuza namutware* ivyo afise vyose,

abantu atazi bamunyage ivyo atunze.

12 Ese yobura uwumugirira ubuntu*,

kandi ntihaboneke uwugirira ubutoni impfuvyi asize!

13 Ese abamukomokako* borandurwa+,

amazina yabo ntiyibukwe n’urunganwe* rukurikira!

14 Yehova niyibuke ikosa rya ba sekuruza biwe+,

kandi igicumuro ca nyina nticigere gihanagurwa.

15 Ese Yehova yokwama yibuka ivyo bakoze,

akabafuta kw’isi ku buryo ata n’uwusubira kubibuka+!

16 Kuko atigeze yibuka kugira ubuntu*+,

ahubwo yagumye ahahaza umuntu yigorewe+, w’umukene kandi yavunitse umutima

kugira amwice+.

17 Yarakunda kuvumana, none umuvumo ni wo umushikiye.

Ntiyashaka guhezagira abandi, none na we nta muhezagiro aronse.

18 Imivumo yayambara nk’impuzu.

Yari ikwiragiye mu mubiri wiwe nk’amazi,

no mu magufa yiwe nk’amavuta.

19 Imivumo yiwe nimwizingi⁠re⁠ko nk’impuzu yambara+,

imubere nk’umukaba yama akenyeye.

20 Iyo ni yo mpembo Yehova aha uwungwanya+

hamwe n’abamvuga nabi bose.

21 Ariko wewe, ewe Yehova Mukama Segaba,

numfashe kubera izina ryawe+.

Nuntabare, kuko urukundo* rwawe ari rwiza+.

22 Kuko ndi umukene atagira gitabara+

kandi umutima wanje warakomeretse+.

23 Ndiko ndahera nk’igitutu gikamangana.

Narakunkumuwe nk’uruzige.

24 Amavi yanje yaregeye kubera ukwisonzesha.

Nonze, nsigaye ku magufa gusa*.

25 Birirwa barantuka+.

Barambona bakazunza umutwe+.

26 Ewe Yehova Mana yanje, nuntabare!

Nundokore kubera urukundo* rwawe.

27 Ese bomenya ko ukuboko kwawe ari kwo kwabikoze,

ko wewe Yehova, ari wewe wabikoze!

28 Bobo nibavume, ariko wewe uhezagire.

Ese bomaramara iyo bampagurukiye!

Ariko umusavyi wawe nanezerwe.

29 Abangwanya nibateterwe,

bambare ibimaramare nk’ikanzu*+.

30 Akanwa kanje kazoshemeza Yehova cane.

Nzomushemeza imbere y’abantu benshi+.

31 Kuko azohagarara iburyo bw’umukene,

kugira amukize abamucira rubi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika