ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 131
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Gutekana nk’umwana w’umucuko

        • Simpahamira ibintu bihanitse (1)

Zaburi 131:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:70; 138:6
  • +1Sm 18:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2021, rup. 21-22

Zaburi 131:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 30:6; Zb 62:1; Yes 30:15; Int 3:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2021, rup. 21-22

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2006, rup. 15

Zaburi 131:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 130:7; Mik 7:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 131:1Zb 78:70; 138:6
Zab. 131:11Sm 18:23
Zab. 131:21Sm 30:6; Zb 62:1; Yes 30:15; Int 3:26
Zab. 131:3Zb 130:7; Mik 7:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 131:1-3

Zaburi

Ni indirimbo y’abariko baraduga. Ni zaburi ya Dawidi.

131 Ewe Yehova, umutima wanje ntugira ubwibone,

kandi n’amaso yanje ntiyishira hejuru+.

Simpahamira ibintu bihanitse+

canke ibintu bindengeye.

 2 Ahubwo naratururuje umutima wanje uratekana+,

nka kurya kw’umwana w’umucuko ari mu maboko ya nyina.

Ndatekanye nk’umwana w’umucuko.

 3 Isirayeli nirindire Yehova+,

kuva ubu no gushika ibihe bidahera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika