Zaburi
Ni zaburi ya Dawidi.
4 Ni uwufise amaboko y’intungane n’umutima utyoroye+,
umuntu atigeze arahira ibinyoma akoresheje izina ryanje*
canke ngo arahire abesha+.
7 Nimuraramure imitwe mwa marembo+!
Nimwuguruke* mwa miryango ya kera,
kugira Umwami aninahaye yinjire+!
8 None uwo Mwami aninahaye ni nde?
9 Nimuraramure imitwe mwa marembo+!
Nimwuguruke mwa miryango ya kera,
kugira Umwami aninahaye yinjire!
10 None uwo Mwami aninahaye ni nde?
Ni Yehova Nyeningabo, uwo ni we Mwami aninahaye+! (Sela)