ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 54
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ry’umuntu ageramiwe n’abansi

        • «Imana ni yo mutabazi wanje» (4)

Zaburi 54:akajambo k’intangamarara

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «masikili.» Raba Insiguro y’amajambo (Masikili).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 23:19; 26:1

Zaburi 54:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 20:1; 79:9; Img 18:10
  • +Zb 43:1

Zaburi 54:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 13:3; 65:2

Zaburi 54:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abanyamahanga.»

  • *

    Canke «ntibagumiza Imana imbere yabo.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:16; 59:3
  • +Zb 36:1

Zaburi 54:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 12:18; Heb 13:6

Zaburi 54:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nubanumye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:19
  • +Zb 143:12

Zaburi 54:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:14; Heb 13:15
  • +Zb 7:17; 52:9

Zaburi 54:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 4:9; Zb 34:19; 37:39
  • +Zb 37:34; 59:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 54:akajambo k’intangamarara1Sm 23:19; 26:1
Zab. 54:1Zb 20:1; 79:9; Img 18:10
Zab. 54:1Zb 43:1
Zab. 54:2Zb 13:3; 65:2
Zab. 54:3Zb 22:16; 59:3
Zab. 54:3Zb 36:1
Zab. 54:41Ng 12:18; Heb 13:6
Zab. 54:5Rm 12:19
Zab. 54:5Zb 143:12
Zab. 54:6Zb 50:14; Heb 13:15
Zab. 54:6Zb 7:17; 52:9
Zab. 54:72Sm 4:9; Zb 34:19; 37:39
Zab. 54:7Zb 37:34; 59:10
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 54:1-7

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi: ikwiye guherekezwa n’ibicurarangisho vy’imirya. Ni indirimbo* ya Dawidi, igihe Abanyezifu baza kwa Sawuli bakamubwira bati: «Dawidi yinyegeje iwacu+.»

54 Ewe Mana, nundokore ku bw’izina ryawe+,

umburanire+ ukoresheje ububasha bwawe.

 2 Ewe Mana, niwumve isengesho ryanje+,

utege ugutwi amajambo mvuga.

 3 Kuko abansi* bampagurukiye,

abantu b’imburakigongwe bariko barondera kunyica+.

Ntibubaha Imana na gato*+. (Sela*)

 4 Raba! Imana ni yo mutabazi wanje+.

Yehova ari kumwe n’abanshigikiye.

 5 Abansi banje azobishura+ ikibi bakora.

Ewe Mana, nubarandure* kuko uri umwizigirwa+.

 6 Nzogushikanira ikimazi+ n’umutima ukunze.

Ewe Yehova, nzoshemeza izina ryawe kuko ari vyiza+.

 7 Kuko unkiza amagorwa yanje yose+,

kandi nzokwitegereza ugutemba kw’abansi banje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika