Kuvayo 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi utegerezwa gushiriraho uturimbi abantu hirya no hino, uti: ‘Mwirinde ntimuduge ku musozi, kandi ntimukore ku mpera zawo. Umuntu wese azokora ku musozi ntazobura kwicwa+.
12 Kandi utegerezwa gushiriraho uturimbi abantu hirya no hino, uti: ‘Mwirinde ntimuduge ku musozi, kandi ntimukore ku mpera zawo. Umuntu wese azokora ku musozi ntazobura kwicwa+.